Kumara igihe mu kirere wihweza umubumbe w'Isi ku rugero ntagereranywa ni ikintu benshi muri twebwe twipfuza. Ariko rero, umubiri w'umuntu waremwe kugira ngo ukore wishimikije inguvu z'isi zo ...
Christopher Kayumba, umwalimu wa kaminuza uheruka gushinga ishyaka rya politiki, nyuma yitabye ubugenzacyaha abazwa ku ihohotera rishingiye ku gitsina, mu kirego ubu kiri kuvugwaho cyane mu Rwanda.